Iwacu

Nza kujana, nza kujana, nza kujana Iwacu
Bara gushaka, bara gushaka, bara gushaka Iwacu
Nza gutasha, nza gutasha, nza gutasha Iwacu

Shonyanga, shonyanga, shonyanga Iwacu, Iwacu
Nsanga, maze nguhe
Urukundo, rwanje
Mazenawe, umpereze
Urukundo rwawe

Nza kujana, nza kujana, nza kujana Iwacu
Bara gushaka, bara gushaka, bara gushaka Iwacu
Nza gutasha, nza gutasha, nza gutasha Iwacu
Nza kujana, nza kujana, nza kujana Iwacu

Credits
Writer(s): Niyomwungere Eric
Lyrics powered by www.musixmatch.com

Link