Ubumwe (feat. MB Data)

Ubuzima buruta inyama yikindi eeh
Na kare damu ninzito kuliko maji hee
Kuvyabaye mana dutabare heee
Kabiri karazigwa ntitugasubire hee
Reka dusanure aho twatembeje aah
Twiyubake amakungu atangare hee
Abadutwaje igikenye turiyamirije eeeh
Amajambere mugihugu twubatse hee
Uwutari uwawe yimba aguhisha ivu ehee
Nayo uwawe musangira ayamatavu he eheee

Iyo dufise ubumwe
Iwacu tugwiza amajambere
Kandi iyo dufise urukundo
Tugwiza ibikogwa
Oh Iyo dufise ubumwe
Iwacu tugwiza amajambere
Oh Kandi iyo dufise urukundo
Tugwuza ibikogwa
Dupambana dupambana dupambana
Turikumugozi umwe
Dukundana dukundana dukundana
Tugwize iterambere
Dupambana dupambana dupambana
Dukundana dukundana dukundana

Eheehe Duharanire inyungu yabarundi hee
Umwuko nikiriko nubwabarundi haaah
Uwa kabiri nagatatu nabasahuzi. Eehee
Ubwiwacu buruta ubwo bazi eehee
Imyenge yinzu imenywa nanyeneyo
Dufise intamba murugamba aaha
Komezakaranga no mumahanga aaha
Ntandagukunda akakwankira umwana aaaha
Bakunda abana banka banyina
Komeza dushigikirane imbere niheza
Iyo dufise ubumwe
Iwacu tugwiza amajambere
Kandi iyo dufise urukundo
Tugwiza ibikogwa
Oh Iyo dufise ubumwe
Iwacu tugwiza amajambere
Oh Kandi iyo dufise urukundo
Tugwuza ibikogwa
Dupambana dupambana dupambana
Turikumugozi umwe
Dukundana dukundana dukundana
Tugwize iterambere
Dupambana dupambana dupambana
Dukundana dukundana dukundana
Dupambana dupambana
Dukundana dukundana



Credits
Writer(s): Don Brighter
Lyrics powered by www.musixmatch.com

Link