Roho

I don't wanna stress my mind
Because of you waste my time
Hari kera yar'amateka ntazibagira

Natwarwa nukunt'uteye
Amaso yanje agakangwa nukunt'ukeye
Nakugereranya nikinege
Umwe gusa rukumbi atanahandi yova

Wikika mukiza abandi bose
Ndabigiza hirya ndakugir'uwanje
Urangije nawe unshir'iruhande

Roho roho yawe
Urayifata uyigir'ukundi
War'umurondo mwiza war'ukiri muto
Icombwira ahowakuye akokoko

Roho roho yawe
Urayifata uyigir'ukundi
War'umurondo mwiza war'ukiri muto
Icombwira ahowakuye akokoko

Washaka ngirente
Konaguhaye vyose nakoz'ivyo nshoboye girl
War'uwanje wambere ubu sinzi ngo nabandibose bafise izongeso

Na Mère akavuga ati "Mwana wanje sindavyase ariko raba uw'ukurikira ubwo sibabandi bakund'ukize ubuz'ifranga kuribo ukab'urashize"

Wikika mukiza abandi bose
Ndabigiza hirya ndakugir'uwanje
Urangije nawe unshir'iruhande

Roho roho yawe
Urayifata uyigir'ukundi
War'umurondo mwiza war'ukiri muto
Icombwira ahowakuye akokoko

Roho roho yawe
Urayifata uyigir'ukundi
War'umurondo mwiza war'ukiri muto
Icombwira ahowakuye akokoko

Agafoto kawe mucumba canje
Amafranga yanje mumufuko wawe
Kumbe simenye deal wariko oya sinkeme
War'umukobwa mwiza kandi warukiri muto
Icombwira aho wadukanye izongeso

Roho roho yawe
Urayifata uyigir'ukundi
War'umurondo mwiza war'ukiri muto
Icombwira ahowakuye akokoko

Roho roho yawe
Urayifata uyigir'ukundi
War'umurondo mwiza war'ukiri muto
Icombwira ahowakuye akokoko



Credits
Writer(s): Uwamahoro Arsene
Lyrics powered by www.musixmatch.com

Link